Ja ku birimwo

Ivyerekeye Ivyabona vya Yehova

Ushobora kuba utubona turiko turigisha abantu Bibiliya. Ushobora kuba umaze gusoma ibitwerekeye mu binyamakuru canke abandi bakaba bamaze kukwiganira ivyacu. Ariko woba uzi Ivyabona vya Yehova vy’ukuri?

Raba kandi: Ivyabona vya Yehova bemera iki?

Ivyo bemera n'ibikorwa vyabo

Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova

Raba inyishu z’ibibazo ushobora kuba wahora wibaza ku bitwerekeye.

Inkuru zerekeye Ivyabona vya Yehova

Raba inkuru zerekana ingene Ivyabona vya Yehova bihatira kureka Ijambo ry’Imana Bibiliya rikabayobora mu vyo biyumvira, mu vyo bavuga no mu vyo bakora.

Ibikorwa vy’Ivyabona vya Yehova

Tuba mu bihugu birenga 230 kandi tuva mu moko menshi no mu mico kama itandukanye. Ushobora kuba umenyereye kutubona twamamaza, ariko kandi turafasha abantu mu yindi mice ihambaye.

Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Raba ibijanye n’umuryango wacu ukwiye kw’isi yose.

Kwiga Bibiliya ku buntu

Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?

Bibiliya iriko irafasha abantu amamiliyoni kw’isi yose kuronka inyishu z’ibibazo bihambaye cane mu buzima. Woba nawe wobishima?

Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya

Kw’isi yose, birazwi ko Ivyabona vya Yehova bagendera abantu kugira ngo babigishe Bibiliya ku buntu. Raba ingene bigenda.

Gusaba ko tukugendera

Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.

Amakoraniro n'ibindi biringo

Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga

Niwirabire ingene amakoraniro yacu agirwa.

Niwitabe amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova

Raba ibijanye n’amakoraniro y’ivy’ugusenga tugira. Raba aho abera hari hafi yawe.

Icibutso c’urupfu rwa Yezu

Ivyabona vya Yehova baragutumiye ku Cibutso c’urupfu rwa Yezu kizohimbazwa ku wa 12 Ndamukiza 2025.

Ibiro vy'amashami

Adrese z’Ivyabona vya Yehova

Adrese z’Ivyabona vya Yehova kw’isi yose.

Kugendera Beteli

Raba ukuntu ushobora gutemberezwa ku biro vy’ishami bikwegereye.

Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he?

Ntidukoresha uburyo nk’ubwo ayandi madini akoresha.

Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?

Ivyabona vya Yehova bari kw’isi yose kandi bava mu moko yose no mu mico kama yose. Ni igiki catumye abo bantu batandukanye bunga ubumwe?

Kw’isi yose: Ibitigiri nyamukuru

  • Ibihugu Ivyabona vya Yehova barimwo: 239

  • Ivyabona vya Yehova: 8.816.562

  • Abigishwa Bibiliya ku buntu: 7.281.212

  • Abitavye Icibutso c’urupfu rwa Yezu: 20.461.767

  • Amashengero y’Ivyabona: 118.177