Ja ku birimwo

Barabwira abandi ukuri kwo muri Bibiliya

Raba ibintu bishikira Ivyabona vya Yehova igihe bari mu gikorwa cabo co kwigisha abandi Ijambo ry’Imana n’ukuri kuri muri ryo.

Kuyobora inyigisho za Bibiliya hakoreshejwe telefone ya bose

Ni gute Daiane yatanguje inyigisho za Bibiliya zitari nke mu gasagara kari kure cane, katagiramwo umuyagankuba canke internet?

“Ndakora ivyo nshoboye”

Naho Irma afise nk’imyaka 90, amakete ashingiye kuri Bibiliya yandika arakora ku mutima benshi mu bo ayarungikira.

“Ubwo buryo bwo kwigisha ni bwo!”

Abigisha, abahanuzi mu vy’indero n’abandi barashima videwo zo kuri jw.org.

Igikorwa kiranga ubuntu

Ni gute igikorwa kiranga ubuntu catumye uwahoze arwanya Ivyabona yemera ukuri kwo muri Bibiliya?

Hulda yarashitse ku mugambi wiwe

Hulda yashoboye gute kuronka tablete yomufashije mu ndimiro no mu makoraniro?

Nturabe ibiboneka inyuma gusa

Igihe Icabona ca Yehova umwe yaganiriza umugabo yaba mw’ibarabara yasa nabi cane kandi ntashake n’uwumwegera, vyavuyemwo iki?