Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Macao

  • Muri Macao: Ivyabona bariko barashikiriza ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi hafi y’ibisigarira vy’urusengero rwa Paulo Mweranda

Macao: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 679.000
  • Abigisha Bibiliya: 379
  • Amashengero y’Ivyabona: 6
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.850