Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Tayiwani

  • I Taichung, muri Tayiwani: Icabona ca Yehova ariko arashikiriza agapapuro k’inkuru nziza uwaje gusuma mw’isoko y’aho irema mw’ijoro

Tayiwani: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 23.375.000
  • Abigisha Bibiliya: 11.460
  • Amashengero y’Ivyabona: 177
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 2.060

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Twarize kutigera twanka ivyo Yehova adusavye gukora

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze muri Tayiwani

Ivyabona vya Yehova barenga 100 barimukiye aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta. Niwirabire ivyo biboneye maze umenye ivyabafashije kuroranirwa.