Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Venezuwela

  • I La Victoria muri Venezuwela: Ivyabona vya Yehova bariko barigisha umuntu Bibiliya ku buntu

Venezuwela: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 28.302.000
  • Abigisha Bibiliya: 134.096
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.700
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 215

INKURU Z’IVYABAYE

Gukorera Yehova mu bihe bigoye muri Venezuwela

Abavukanyi na bashiki bacu bo muri Venezuwela bagumana umwete mu gikorwa co kwamamaza kandi bakabera abandi “imfashanyo ikomeza.”

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Gutabara abashikiwe n’ivyago mu 2021: Ntiduheba abavukanyi na bashiki bacu

Mu 2021, ibihugu bimwebimwe vyari bikeneye imfashanyo kugira bihangane n’ikiza ca Korona, ariko kandi n’ibindi vyago bikomeye.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Nagiye ndashira imbere Yehova mu ngingo zose nafata

Inkuru y’ubuzima: Dyah Yazbek