Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

B12-B

Indwi ya nyuma Yezu yamaze kw’isi (Igice ca 2)

Yeruzalemu n’akarere kahakikuje

  1. Urusengero

  2.   Itongo ry’i Getsemani (?)

  3.    Ikirimba ca buramatari

  4.   Inzu ya Kayifa (?)

  5.   Ikirimba ca Herodi Antipa (?)

  6. Ikidengeri Bezata

  7. Ikidengeri Silowamu

  8.   Ingoro y’Inama nkuru (?)

  9.   Gologota (?)

  10. Akeludama (?)

     Ja ku musi wa:  12 Nisani |  13 Nisani |  14 Nisani |  15 Nisani |  16 Nisani

 12 Nisani

IZUBA RIRENZE (Umusi w’Abayuda utangura izuba rirenze, ukarangira izuba rirenze)

IZUBA RISERUTSE

  • Amara umusi atekanye ari kumwe n’abigishwa biwe

  • Yuda ategura kugurisha Yezu

IZUBA RISERUTSE

 13 Nisani

IZUBA RISERUTSE

IZUBA RISERUTSE

  • Petero na Yohani bategura Pasika

  • Yezu n’izindi ntumwa bashika bugorovye

IZUBA RISERUTSE

 14 Nisani

IZUBA RISERUTSE

  • Asangira Pasika n’intumwa

  • Yoza ibirenge intumwa

  • Asohora Yuda

  • Atanguza imfungurwa z’Umukama

  • Agurishwa hama agafatirwa mw’itongo ry’i Getsemani ( 2)

  • Intumwa zihunga

  • Acirwa urubanza n’Inama nkuru kwa Kayifa ( 4)

  • Petero yihakana Yezu

IZUBA RISERUTSE

  • Asubira kurengutswa imbere y’Inama nkuru ( 8)

  • Ajanwa kwa Pilato ( 3), hama kwa Herodi ( 5), akagarukanwa kwa Pilato ( 3)

  • Acirwa urwo gupfa, akamanikwa i Gologota ( 9)

  • Acikana nka sacenda z’umuhingamo

  • Ikiziga ciwe gikurwa ku giti hama kigafubwa

IZUBA RISERUTSE

 15 Nisani (Isabato)

IZUBA RISERUTSE

IZUBA RISERUTSE

  • Pilato yemera ko bashira abarinzi ku mva ya Yezu

IZUBA RISERUTSE

 16 Nisani

IZUBA RISERUTSE

  • Bagura ibindi bintu bimota vyo kumusiga

IZUBA RISERUTSE

  • Yezu azurwa

  • Yiyereka abigishwa

IZUBA RISERUTSE