UMUNARA W’INDERETSI Gitugutu 2015 | Gusenga bimaze iki?

Umwanditsi umwe yavuze ko gusenga ari nko kuvugana n’igikoko utunze. Ivyo vyoba ari vyo?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ni kubera iki abantu basenga?

Hari aho wotangara umenye ivyo abantu basenga basaba.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Hoba hari uwumviriza amasengesho?

Kugira isengesho ryishurwe, hariho ibintu bibiri nyamukuru bisabwa.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Igituma Imana idutera akamo ngo dusenge

Isengesho riraturonsa imfashanyo ata handi twoyikura.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Gusenga vyokumarira iki?

Uzokwunguka iki niwaza urasenga kenshi?

Wari ubizi?

Ni ibiki bitoroheye Herodi igihe yasubira kwubaka urusengero rw’i Yeruzalemu? Kubera iki abantu bo mw’izinga rya Malita biyumviriye ko intumwa Paulo yari umwicanyi?

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Ubu ndashobora gufasha abandi

Julio Corio yaragize isanganya ribabaje bituma abona ko Imana itamukunda. Muri Kuvayo 3:7 haramufashije guhindura ivyiyumviro.

Twoba vy’ukuri dushobora kumenya Imana?

Ibintu vyerekeye Imana bigoye gutahura vyoshobora kudufasha kurushiriza kuyimenya.

IMPANURO IDATA IGIHE

Kubabarira abandi

Kugira tubabarire abandi, vyoba bisaba ko dufatira mu rwara canke mbere twirengagiza umubabaro baduteye?

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Ni nde ashobora gukuraho ubukene?