Programa y’ihwaniro ryo mu 2022

Ku wa gatanu

Programa yo ku wa gatanu ishingiye kuri Zaburi 29:11​—“Yehova . . . azohezagiza abantu biwe amahoro.”

Ku wa gatandatu

Programa yo ku wa gatandatu ishingiye kuri 2 Petero 3:14​—“Aze abasange mutagirako agatosi, mutagirako ikirabagu, muri mu mahoro.”

Ku wa mungu

Programa yo ku wa mungu ishingiye ku Baroma 15:13​—“Ya Mana itanga icizigiro ibuzuze akanyamuneza kose n’amahoro.”

Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro

Amakuru afasha abitavye ihwaniro.