Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Yoweli

Ibigabane

1 2 3

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Igitero gikaze c’udukoko (1-14)

    • «Umusi wa Yehova uri hafi» (15-20)

      • Umuhanuzi atabaza Yehova (19, 20)

  • 2

    • Umusi wa Yehova n’ingabo ziwe nyinshi (1-11)

    • Akamo ko kugaruka kuri Yehova (12-17)

      • «Nimutabure imitima yanyu» (13)

    • Yehova yishura abantu biwe (18-32)

      • «Nzosuka impwemu yanje» (28)

      • Ibitangaza mw’ijuru no kw’isi (30)

      • Abambaza izina rya Yehova bazokizwa (32)

  • 3

    • Yehova acira imanza amahanga yose (1-17)

      • Ikiyaya ca Yehoshafati (2, 12)

      • Ikiyaya baciramwo imanza (14)

      • Yehova azobera igihome gikomeye Abisirayeli (16)

    • Yehova azohezagira abantu biwe (18-21)