UMUNARA W’INDERETSI Nyakanga 2013 | Kubera iki hari imibabaro myinshi? Izohera ryari?

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’imibabaro, kandi izoguma ishikira abantu gushika ryari?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Abantu benshi barapfa ata co bazira!

Mw’isi abantu benshi barashikirwa n’imibabaro, akenshi ata co bazira. Vyoba bikwiye kwegekwa ku Mana?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kubera iki dushikirwa n’imibabaro ukuraho?

Raba ibintu bitanu bitera vy’ukuri imibibaro muri iki gihe, ubone n’aho wokura icizigiro nyakuri.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Imibabaro igiye guhera!

Imana yasezeranye ko izokuraho ibintu vyose bitera imibabaro. Izobigira ryari kandi gute?

INKURU Y’UBUZIMA

Naho turi abakene turi abatunzi mu vy’Imana

Alexander Ursu yariboneye ko ata cohagarika iterambere mu vy’Imana, mbere n’ahahoze ari Leta Zunze Ubumwe z’Abasoviyeti. Niwisomere inkuru yigana ivyiwe ikora ku mutima.

Indimi tuvuga zoba zakomotse kuri wa Munara w’i Babeli?

Umunara w’i Babeli ni iki? Indimi abantu bavuga zakomotse hehe vy’ukuri?

NIWIYEGEREZE IMANA

“Imana ikunda uwutangana akamwemwe”

Niwirabire igituma agatima umuntu atangana gahambaye cane.

NIWIGISHE ABANA BAWE

Imana irashobora kubabara—Twoyinezereza gute?

Wari uzi ko ushobora kunezereza Yehova canke kumubabaza? Niwirabire ingene ivyo Adamu na Eva bakoze vyababaje Yehova.

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Impanuro Bibiliya itanga ku kuntu umubano w’ababiranye wobamwo agahimbare zirafasha kubera ko ziva kuri Umwe yatanguza umubano, ari we Yehova Imana.

Ibindi usanga kuri internet

Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he?

Ntidukoresha uburyo nk’ubwo ayandi madini akoresha.