Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Woba umaze kuvyibaza?

Woba umaze kuvyibaza?
  • Kubera iki hari ingorane nyinshi cane kw’isi?

  • Wokura hehe impanuro zogufasha guhangana n’ingorane zigushikira mu buzima?

  • Imana yoba ikwitaho ku giti cawe?​—1 Petero 5:6, 7.

  • Ushobora gute kurushiriza kumenya Imana be n’umugambi wayo?

Abantu amamiliyoni bararonse inyishu zitomoye z’ivyo bibazo mu kwiga Ivyanditswe Vyeranda. Na wewe urashobora kuzironka.

Nimba wipfuza kumenya n’ibindi, nusabe abasohoye iki kinyamakuru bakuronse ku buntu agatabu Ukwizera nyakuri kurashobora gutuma ubaho uhimbawe, canke ugasome kuri www.mr1310.com.